ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 12:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Isirayeli yose ibonye yuko umwami atabumvirije, abantu baca bishura umwami bati: “Ni umuturi nyabaki dufise muri Dawidi+? Kandi nta ntoranwa iri muri mwene Yese. Ku mana zawe+, ewe Isirayeli! Ubu rero niwitwararike inzu yawe, ewe Dawidi+!” Isirayeli ica yigira ku mahema yayo.

  • 1 Abami 14:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 kandi ngashikura+ ubwami inzu ya Dawidi nkabuguha, ariko ntube nk’umusavyi wanje Dawidi, we yagumije amabwirizwa yanje akongera akagendera inyuma yanje n’umutima wiwe wose mu gukora gusa ivyari bigororotse mu maso yanje+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika