ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 1:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Maze umwami ababwira ati: “Nimujane n’abasuku+ b’umukama wanyu, hanyuma mushire Salomo umuhungu wanje ku nyumpu yanje y’ingore+ muheze mumumanukane i Gihoni+.

  • 1 Abami 1:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Maze Zadoki umuherezi na Natani umuhanuzi bamurobanuza amavuta i Gihoni aba umwami+; mu nyuma bava ng’aho, baduga banezerewe, kandi igisagara kiri mu ntureka. Urwo ni rwo rwamo mwumvise+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika