ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+.

  • Zaburi 146:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,

      W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,

      Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,

  • Ivyahishuwe 14:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 avuga n’ijwi rirenga ati: “Nimutinye Imana+ kandi muyihe ubuninahazwa+, kuko isaha y’urubanza rwayo ishitse+; ku bw’ico rero nimusenge Uwaremye+ ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasôko y’amazi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika