Gusubira mu vyagezwe 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Niwaraganira indagano Yehova+ Imana yawe, ntuze utebagane kuyishitsa+, kuko Yehova Imana yawe atazobura kuyikwishuza, bikakubera igicumuro+. Zaburi 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+. Zaburi 76:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimuraganire indagano Yehova Imana yanyu kandi muzishitse, mwese abamukikije+.Nibamuzanire ituro, batinya+. Umusiguzi 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+. Yona 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko jeho, nzogushikanira ikimazi njanisha n’ijwi ry’ugukenguruka+.Ico naraganye, nzogishitsa+. Ubukiriro ni ubwa Yehova+.” Matayo 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’
21 “Niwaraganira indagano Yehova+ Imana yawe, ntuze utebagane kuyishitsa+, kuko Yehova Imana yawe atazobura kuyikwishuza, bikakubera igicumuro+.
4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+.
11 Nimuraganire indagano Yehova Imana yanyu kandi muzishitse, mwese abamukikije+.Nibamuzanire ituro, batinya+.
4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.
9 Ariko jeho, nzogushikanira ikimazi njanisha n’ijwi ry’ugukenguruka+.Ico naraganye, nzogishitsa+. Ubukiriro ni ubwa Yehova+.”
33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’