ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Umusiguzi 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 15:2
  • +Gus 31:12; Ivk 17:11; Yak 1:19
  • +1Sm 13:12; 15:22; Img 21:27; Yes 1:13; Hs 6:6
  • +Img 30:20; Yr 6:15

Umusiguzi 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 10:13
  • +Gh 30:2, 5; 1Sm 14:24
  • +2Ng 16:9; Zb 11:4; Mt 6:9
  • +Img 10:19; Ums 3:7; Mt 6:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 14

Umusiguzi 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 6:25, 34; Lk 12:18
  • +Img 10:19; 15:2; Ums 10:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 14-15

Umusiguzi 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:21; Zb 50:14; 76:11; Yes 19:21; Mt 5:33
  • +Ums 10:12
  • +Gh 30:2; Zb 66:13; 116:18; Yon 2:9

Umusiguzi 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:22
  • +Img 20:25

Umusiguzi 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 11:35; Yak 1:26
  • +Mt 18:10; Lk 1:18
  • +Lw 5:4
  • +Zb 127:1; Hg 1:11; 2Yh 8

Umusiguzi 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 5:3
  • +Zb 33:8; Img 23:17; Ums 7:18; 12:13; Yes 50:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 14-15

Umusiguzi 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 17:23; 31:5; Ums 3:16; Yak 5:4
  • +1Bm 21:19; Mal 3:5
  • +Kv 18:25; 1Sm 22:7; Dn 3:2
  • +It 41:40; Est 5:11; Dn 5:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2020, rup. 31

Umusiguzi 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:29; Zb 104:14; Img 28:19
  • +1Sm 8:12; 1Bm 4:7; 21:2; 2Ng 26:10; Ind 8:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 14

Umusiguzi 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 4:8; Mt 6:24; Lk 12:15; 1Tm 6:10
  • +Ums 2:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    10/2014, rup. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1998, rup. 4-5

Umusiguzi 5:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 4:22; Neh 5:17, 18; Est 1:5
  • +Yos 7:21; Est 5:11; Img 23:5; 1Yh 2:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1998, rup. 4-5

Umusiguzi 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 4:8; Img 3:24; Yr 31:26; Mt 6:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2021 rup. 8

Umusiguzi 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:19; 11:24, 28; Lk 12:21; Yak 5:3

Umusiguzi 5:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 14:26; Yb 27:17; Zb 39:6; Img 23:5; Mt 6:19
  • +Zb 109:10

Umusiguzi 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:21
  • +Zb 49:17; Lk 12:20; 1Tm 6:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1998, rup. 6

Umusiguzi 5:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 8:7; Mt 16:26; Mr 8:36; Yoh 6:27

Umusiguzi 5:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 5:5; 1Tm 6:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1998, rup. 5

Umusiguzi 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 4:20; Ums 2:24; 3:13, 22; Yes 65:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1998, rup. 6

Umusiguzi 5:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:9; Gus 6:11; 1Bm 3:13; Yb 42:12; 1Tm 6:17
  • +Gus 8:10; Ums 2:24
  • +Yoh 4:36
  • +Ums 3:13; Yak 1:17

Umusiguzi 5:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:8; Zb 4:7; Yes 65:22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Umus. 5:1Zb 15:2
Umus. 5:1Gus 31:12; Ivk 17:11; Yak 1:19
Umus. 5:11Sm 13:12; 15:22; Img 21:27; Yes 1:13; Hs 6:6
Umus. 5:1Img 30:20; Yr 6:15
Umus. 5:2Img 10:13
Umus. 5:2Gh 30:2, 5; 1Sm 14:24
Umus. 5:22Ng 16:9; Zb 11:4; Mt 6:9
Umus. 5:2Img 10:19; Ums 3:7; Mt 6:7
Umus. 5:3Mt 6:25, 34; Lk 12:18
Umus. 5:3Img 10:19; 15:2; Ums 10:14
Umus. 5:4Gus 23:21; Zb 50:14; 76:11; Yes 19:21; Mt 5:33
Umus. 5:4Ums 10:12
Umus. 5:4Gh 30:2; Zb 66:13; 116:18; Yon 2:9
Umus. 5:5Gus 23:22
Umus. 5:5Img 20:25
Umus. 5:6Abc 11:35; Yak 1:26
Umus. 5:6Mt 18:10; Lk 1:18
Umus. 5:6Lw 5:4
Umus. 5:6Zb 127:1; Hg 1:11; 2Yh 8
Umus. 5:7Ums 5:3
Umus. 5:7Zb 33:8; Img 23:17; Ums 7:18; 12:13; Yes 50:10
Umus. 5:8Img 17:23; 31:5; Ums 3:16; Yak 5:4
Umus. 5:81Bm 21:19; Mal 3:5
Umus. 5:8Kv 18:25; 1Sm 22:7; Dn 3:2
Umus. 5:8It 41:40; Est 5:11; Dn 5:16
Umus. 5:9It 1:29; Zb 104:14; Img 28:19
Umus. 5:91Sm 8:12; 1Bm 4:7; 21:2; 2Ng 26:10; Ind 8:12
Umus. 5:10Ums 4:8; Mt 6:24; Lk 12:15; 1Tm 6:10
Umus. 5:10Ums 2:11
Umus. 5:111Bm 4:22; Neh 5:17, 18; Est 1:5
Umus. 5:11Yos 7:21; Est 5:11; Img 23:5; 1Yh 2:16
Umus. 5:12Zb 4:8; Img 3:24; Yr 31:26; Mt 6:25
Umus. 5:13Img 1:19; 11:24, 28; Lk 12:21; Yak 5:3
Umus. 5:141Bm 14:26; Yb 27:17; Zb 39:6; Img 23:5; Mt 6:19
Umus. 5:14Zb 109:10
Umus. 5:15Yb 1:21
Umus. 5:15Zb 49:17; Lk 12:20; 1Tm 6:7
Umus. 5:16Hs 8:7; Mt 16:26; Mr 8:36; Yoh 6:27
Umus. 5:17Ef 5:5; 1Tm 6:10
Umus. 5:181Bm 4:20; Ums 2:24; 3:13, 22; Yes 65:22
Umus. 5:19It 31:9; Gus 6:11; 1Bm 3:13; Yb 42:12; 1Tm 6:17
Umus. 5:19Gus 8:10; Ums 2:24
Umus. 5:19Yoh 4:36
Umus. 5:19Ums 3:13; Yak 1:17
Umus. 5:20Gus 28:8; Zb 4:7; Yes 65:22
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Umusiguzi 5:1-20

Umusiguzi

5 Rinda ibirenge vyawe+ igihe cose ugiye ku nzu y’Imana y’ukuri; kandi umuntu niyegere kugira yumve+, atari kugira atange ikimazi nk’uko ibijuju bigira+, kuko bitamenya ko biriko bikora ikibi+.

2 Ntiwihute ku bijanye n’akanwa kawe; nayo ku vyerekeye umutima wawe+, ntiwihutagize gusohora ijambo imbere y’Imana y’ukuri+. Kuko Imana y’ukuri iri mw’ijuru+, mugabo wewe uri kw’isi. Ni co gituma amajambo yawe akwiye kuba make+. 3 Kuko indoto zitabura kuza kubera umurengera w’ibikorwa+, n’ijwi ry’ikijuju rikaza kubera umurengera w’amajambo+. 4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+. 5 Wopfuma utaragana+, hako uragana ntushitse+. 6 Ntiwemerere akanwa kawe gucumuza umubiri wawe+, eka ntunavuge imbere y’umumarayika+ yuko kwari ukwihenda+. Kubera iki Imana y’ukuri yorakara kubera ijwi ryawe, ikabwirizwa gusambura igikorwa c’amaboko yawe+? 7 Kuko kubera ubwinshi bw’ibikorwa haba indoto+, hakaba n’ibintu vy’ubusa n’amajambo ku bwinshi. Mugabo tinya Imana y’ukuri ubwayo+.

8 Niwabona mu ntara y’ubutware uguhahazwa kwa ntahonikora n’ugukurwaho kw’urubanza+ be n’ugukurwaho kw’ubugororotsi hakoreshejwe ubukazi, ntibize bikwumize+, kuko uwuri hejuru y’uwuri hejuru+ ariko aritegereza+, kandi hariho abari hejuru yabo.

9 Kandi, inyungu y’isi iri hagati muri bo bose+; umwami ubwiwe arakorerwa ku bijanye n’itongo+.

10 Inkunzi y’ifeza ntizohaga ifeza, eka n’inkunzi y’ubutunzi ntizohaga inyungu+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa+.

11 Iyo ivyiza bigwiriye, ababirya ntibabura kugwira+. Kandi ni akarusho gaki kahari kuri nyenevyo ahambaye, atari ukubirabisha amaso yiwe+?

12 Agatiro k’uwukora karasosa+, yaba arya bike canke vyinshi; mugabo umukimba w’umutunzi ntumukundira gutora agatiro.

13 Hariho icago kibi rwose nabonye munsi y’izuba: kuba ubutunzi bubikirwa nyenebwo ahambaye ku bwo kumuteza ivyago+. 14 Ubwo butunzi bwarayogeye+ kubera igikorwa c’ivyago, kandi yavyaye umwana ata kintu namba kiri mu kuboko kwiwe+.

15 Kurya nyene umuntu yavuye mu nda ya nyina, ni ko azokwongera kugenda ari gusa+, nk’uko yaje; nta kintu na kimwe umuntu ashobora kujana+ ku bw’igikorwa ciwe c’ubutame, ngo agende agitwaye mu kuboko kwiwe.

16 Kandi ibi na vyo nyene ni icago kibi rwose: nk’uko umuntu yaje, ni ko azogenda; kandi ni inyungu nki ihari ku wuguma akora agatama akorera umuyaga+? 17 Vyongeye, mu misi yiwe yose arīra mu mwiza, n’umwikomo mwinshi koko+, arwaye, hariko n’ibimutera uburakari.

18 Raba! Ikiruta ibindi jewe niboneye, kikaba ari ciza, ni uko umuntu yorya, akanywa, akabona iciza ku bw’igikorwa c’ubutame ciwe cose+ akora agatama munsi y’izuba mu misi yose y’ubuzima bwiwe Imana y’ukuri yamuhaye, kuko uwo ari wo mugabane wiwe. 19 Vyongeye, umuntu wese Imana y’ukuri yahaye ubutunzi be n’amatungo+, yamuhaye n’ububasha bwo kubiryako+ no kujana umugabane wiwe no kunezererwa igikorwa ciwe c’ubutame+. Iyo ni yo ngabirano y’Imana+. 20 Kuko atari kenshi azokwibuka imisi y’ubuzima bwiwe, kuko Imana y’ukuri imufatiriye n’umunezero w’umutima wiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika