17 Ni ikimenyetso hagati yanje na bene Isirayeli gushika igihe kitagira urugero+, kuko mu misi itandatu ari ho Yehova yakoze amajuru n’isi, ku musi ugira indwi na ho akaruhuka, agatangura kwiruhura+.’”
41 Nzokwigina ku bijanye na bo kugira ngo ndabagirire iciza+, kandi nzobateragira muri iki gihugu+ mu kuri, n’umutima wanje wose be n’inkomezi zanje zose.’”