11 Iyo rero ukutagira akanenge+ kuba vy’ukuri kuboneka biciye ku buherezi bw’Abalewi+ (kuko biciye kuri iyo ndinganizo ari ho abantu bahawe Itegeko+), vyokenerewe iki+ kandi ko hahaguruka uwundi muherezi mu buryo bwa Melekisedeki+, ntibivugwe ko ari mu buryo bwa Aroni?