ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 49:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mu gihe c’ubutoni narakwishuye+, kandi ku musi w’ubukiriro naragutabaye+; nagumye ndakuzigama kugira ngo ndagutange nk’isezerano ku bantu+, kugira ngo igihugu gisubizwe umutamana+, kugira ngo intoranwa zacitse umusaka bazisubireko+,

  • Matayo 26:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 kuko iki gisobanura+ ‘amaraso yanje+ y’isezerano+’ agiye guseswa ku bwa benshi+ ku bwo kubabarirwa ibicumuro+.

  • Abaheburayo 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo ubu Yezu yaronse igikorwa gikorerwa abantu kirushirije kuba agahebuza, ku buryo ari we kandi muhuza+ w’isezerano rirushirije kuba ryiza ugereranije+, iryashinzwe mu buryo bwemewe ku mihango myiza kuruta+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika