ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 41:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Abarushwa n’aboro bararondera amazi+, mugabo ntayo. Kubera inyota+ ururimi rwabo rwumye+. Jewe Yehova, nzobishura+. Jewe, Imana ya Isirayeli, sinzobaheba+.

  • Ivyahishuwe 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi impwemu+ na wa mugeni+ biguma bivuga biti: “Ingo!” Kandi uwo wese yumva navuge ati: “Ingo+!” Kandi uwo wese anyotewe naze+; uwo wese ashaka niyakire amazi y’ubuzima ku buntu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika