ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 3:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 kandi ni nk’ingabirano ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, mu kubohorwa biciye ku ncungu*+ yarishwe na Kristu Yezu.

  • 1 Abakorinto 9:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 None impembo yanje ni iyihe? Ni uko mu gihe menyesha inkuru nziza notanga inkuru nziza ku buntu+, kugira ngo sinkoreshe nabi uburenganzira mfise mu bijanye n’inkuru nziza.

  • Ivyahishuwe 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi impwemu+ na wa mugeni+ biguma bivuga biti: “Ingo!” Kandi uwo wese yumva navuge ati: “Ingo+!” Kandi uwo wese anyotewe naze+; uwo wese ashaka niyakire amazi y’ubuzima ku buntu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika