ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 7:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko rero, bavukanyi banje, na mwebwe nyene mwaragizwe abapfuye kw’Itegeko+ biciye ku mubiri wa Kristu, ngo mucike ab’uwundi+, ab’umwe yazurwa mu bapfuye+, kugira ngo twamire ivyamwa+ Imana.

  • Abaroma 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 ni ko na twebwe, naho turi benshi, turi umubiri umwe+ mu bumwe na Kristu, mugabo umwe wese akaba igihimba ca mugenziwe+.

  • 1 Abakorinto 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kubera ko hari umukate umwe, twebwe naho turi benshi+, turi umubiri umwe+, kuko twese dufungura kuri uwo mukate umwe+.

  • 1 Abakorinto 12:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Namwe muri umubiri wa Kristu, umwe wese muri mwebwe akaba ari igihimba+.

  • Abanyefeso 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 ku bw’ukubogorwa kw’aberanda+, ku bw’igikorwa c’ubusuku, ku bw’ukwubakwa kw’umubiri wa Kristu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika