Abakolosayi 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyongeye, amahoro+ ya Kristu naganze mu mitima yanyu+, kuko vy’ukuri mwahamagariwe ayo mahoro mu mubiri umwe+. Kandi mwerekane ko mushima. 1 Abatesalonika 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mukenguruke muri vyose+. Kuko ukwo ari kwo kugomba kw’Imana mu bumwe na Kristu Yezu ku biberekeye.
15 Vyongeye, amahoro+ ya Kristu naganze mu mitima yanyu+, kuko vy’ukuri mwahamagariwe ayo mahoro mu mubiri umwe+. Kandi mwerekane ko mushima.
18 Mukenguruke muri vyose+. Kuko ukwo ari kwo kugomba kw’Imana mu bumwe na Kristu Yezu ku biberekeye.