ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abatesalonika 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abatesalonika 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:21; 7:25; Ivk 1:7; Rm 13:11

1 Abatesalonika 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 1:14
  • +Mt 24:36; 2Pt 3:10; Ivh 3:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2019, rup. 8-9

    9/2019, rup. 9

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 222

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2012, rup. 3-4

    15/7/2010, rup. 5

    1/5/2009, rup. 14

    15/5/2008, rup. 15-16

1 Abatesalonika 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:9
  • +Yr 8:11
  • +Zb 37:10; 2Ts 1:9
  • +Zb 48:6; Hs 13:13
  • +Heb 2:3; 12:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2019, rup. 8-9

    9/2019, rup. 9-10

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 222-223

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 12-13

    1/1/2013, rup. 7

    15/9/2012, rup. 3-5

    15/7/2010, rup. 5

    15/5/2008, rup. 15-16

    1/2/2004, rup. 20-21

    1/6/1997, rup. 23

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 250-251

    Senga Imana, rup. 182

    Abahurikiye hamwe, rup. 182

1 Abatesalonika 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:12; Kl 1:13; 1Pt 2:9
  • +Yb 24:14

1 Abatesalonika 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 12:36
  • +Ivk 26:18; Rm 13:12; Ef 5:8
  • +Yoh 8:12

1 Abatesalonika 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 5:14
  • +Rm 13:11; 1Kr 11:30
  • +Mt 24:42
  • +1Pt 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2019, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2012, rup. 10-11

    1/1/2003, rup. 11

1 Abatesalonika 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 5:14
  • +Rm 13:13

1 Abatesalonika 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 6:16
  • +Ef 6:14
  • +Rm 8:24
  • +Ef 6:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 232

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 202-203

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2013, rup. 11

    15/12/2008, rup. 7

    1/10/2006, rup. 29

    1/1/2003, rup. 20-21

    1/6/2000, rup. 21

    Be maso!,

    22/4/2004, rup. 10

1 Abatesalonika 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:22
  • +2Ts 2:13
  • +2Tm 2:10

1 Abatesalonika 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 5:8; 1Kr 15:3
  • +2Kr 5:15; 1Ts 4:17

1 Abatesalonika 5:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:3; Rm 1:12; 15:2
  • +Rm 15:14; 1Ts 4:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 48

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    9/2005, rup. 7

1 Abatesalonika 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2011, rup. 24-28

    1/6/1999, rup. 30

1 Abatesalonika 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 32:2; Fp 2:29; 1Tm 5:17; Heb 13:7
  • +Mr 9:50; 2Kr 13:11; Heb 12:14; 1Pt 3:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1999, rup. 30-31

1 Abatesalonika 5:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:17; 2Tm 4:2
  • +Yes 61:2; Heb 12:12
  • +1Kr 13:4; Gl 5:22; Ef 4:2; Kl 3:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2017, rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2015, rup. 9

    15/8/2013, rup. 22

    15/6/2010, rup. 13

    1/5/2004, rup. 21

    1/11/2001, rup. 31-32

    Niwiyegereze, rup. 102-103, 166-167

    Be maso!,

    10/2013, rup. 14

    Agahimbare mu rugo, rup. 36-37

1 Abatesalonika 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 20:22; Mt 5:39; Rm 12:19
  • +Rm 12:17

1 Abatesalonika 5:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 6:10; Fp 4:4

1 Abatesalonika 5:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 18:1; Rm 12:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2010, rup. 9

    15/9/2003, rup. 15-20

1 Abatesalonika 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 5:20; Kl 3:17

1 Abatesalonika 5:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2000, rup. 20

1 Abatesalonika 5:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 14:1

1 Abatesalonika 5:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 4:1
  • +Heb 10:23

1 Abatesalonika 5:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 2:3

1 Abatesalonika 5:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 15:33
  • +Heb 2:11; 1Pt 1:2
  • +1Kr 1:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 29

1 Abatesalonika 5:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 15:30

1 Abatesalonika 5:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 16:16; 1Kr 16:20; 2Kr 13:12

1 Abatesalonika 5:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 4:16; 2Pt 3:15

1 Abatesalonika 5:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 16:20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tes. 5:1Dn 2:21; 7:25; Ivk 1:7; Rm 13:11
1 Tes. 5:2Zf 1:14
1 Tes. 5:2Mt 24:36; 2Pt 3:10; Ivh 3:3
1 Tes. 5:3Yr 8:9
1 Tes. 5:3Yr 8:11
1 Tes. 5:3Zb 37:10; 2Ts 1:9
1 Tes. 5:3Zb 48:6; Hs 13:13
1 Tes. 5:3Heb 2:3; 12:25
1 Tes. 5:4Rm 13:12; Kl 1:13; 1Pt 2:9
1 Tes. 5:4Yb 24:14
1 Tes. 5:5Yoh 12:36
1 Tes. 5:5Ivk 26:18; Rm 13:12; Ef 5:8
1 Tes. 5:5Yoh 8:12
1 Tes. 5:6Ef 5:14
1 Tes. 5:6Rm 13:11; 1Kr 11:30
1 Tes. 5:6Mt 24:42
1 Tes. 5:61Pt 5:8
1 Tes. 5:7Ef 5:14
1 Tes. 5:7Rm 13:13
1 Tes. 5:8Ef 6:16
1 Tes. 5:8Ef 6:14
1 Tes. 5:8Rm 8:24
1 Tes. 5:8Ef 6:17
1 Tes. 5:9Rm 9:22
1 Tes. 5:92Ts 2:13
1 Tes. 5:92Tm 2:10
1 Tes. 5:10Rm 5:8; 1Kr 15:3
1 Tes. 5:102Kr 5:15; 1Ts 4:17
1 Tes. 5:11Yes 35:3; Rm 1:12; 15:2
1 Tes. 5:11Rm 15:14; 1Ts 4:10
1 Tes. 5:12Rm 12:8
1 Tes. 5:13Yes 32:2; Fp 2:29; 1Tm 5:17; Heb 13:7
1 Tes. 5:13Mr 9:50; 2Kr 13:11; Heb 12:14; 1Pt 3:11
1 Tes. 5:14Lw 19:17; 2Tm 4:2
1 Tes. 5:14Yes 61:2; Heb 12:12
1 Tes. 5:141Kr 13:4; Gl 5:22; Ef 4:2; Kl 3:13
1 Tes. 5:15Img 20:22; Mt 5:39; Rm 12:19
1 Tes. 5:15Rm 12:17
1 Tes. 5:162Kr 6:10; Fp 4:4
1 Tes. 5:17Lk 18:1; Rm 12:12
1 Tes. 5:18Ef 5:20; Kl 3:17
1 Tes. 5:19Ef 4:30
1 Tes. 5:201Kr 14:1
1 Tes. 5:211Yh 4:1
1 Tes. 5:21Heb 10:23
1 Tes. 5:22Yb 2:3
1 Tes. 5:23Rm 15:33
1 Tes. 5:23Heb 2:11; 1Pt 1:2
1 Tes. 5:231Kr 1:8
1 Tes. 5:25Rm 15:30
1 Tes. 5:26Rm 16:16; 1Kr 16:20; 2Kr 13:12
1 Tes. 5:27Kl 4:16; 2Pt 3:15
1 Tes. 5:28Rm 16:20
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
1 Abatesalonika 5:1-28

1 Abatesalonika

5 Nayo ku vyerekeye ibihe n’ibiringo+, bene wacu, nta co mukeneye kwandikirwa. 2 Kuko mwebwe ubwanyu muzi neza cane yuko umusi+ wa Yehova uzoza neza na neza nk’igisuma mw’ijoro+. 3 Igihe bazoba+ bavuga ngo: “Amahoro+ n’umutekano!” ni ho agatikizo+ ka bukwi na bukwi kazoza kuri bo ako kanya nyene nk’uko ububabare bw’ibise buza ku mugore yibungenze+; kandi ntibazogenda barusimvye+. 4 Mugabo mwebwe ga bene wacu, ntimuri mu mwiza+ ngo uwo musi uze ubahwikire nk’uko wohwikira ibisuma+, 5 kuko mwese muri abana b’umuco+ n’abana b’umurango+. Ntituri ab’ijoro canke ab’umwiza+.

6 Nuko rero, ntidusinzire+ nk’uko abandi bagira+, ahubwo tugume turikanuye+ kandi tuzigame ubwenge bwacu+. 7 Kuko abasinzira+ bamenyereye gusinzira mw’ijoro+, n’ababorerwa bagakunda kuborerwa mw’ijoro. 8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera+ n’urukundo nk’igikingira igikiriza+, twambare n’icizigiro+ c’ubukiriro nk’inkofero+; 9 kuko Imana itadutoreye uburake+, ahubwo yadutoreye ukuronka ubukiriro+ biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu+. 10 Uyo yaradupfiriye+, kugira ngo twaba tuguma turikanuye canke dusinziriye, tubaneho na we+. 11 Mugume rero muhozanya+ mwongera mwubaka bagenzi banyu, nk’uko mbere muriko murabigira+.

12 Turabasaba rero, bene wacu, guha iteka abakora cane muri mwebwe kandi babahagarikira+ mu Mukama bakongera bakabakebura; 13 no kubiyumvira mu buryo burengeye ubudasanzwe, mu rukundo, kubera igikorwa cabo+. Mubane amahoro+. 14 Ariko turabahimiriza, bene wacu, mukebure abatagendera ku rutonde+, muyagishe abadendebukiwe n’ijwi ryirura+, mufate mu mugongo abagoyagoya, mwiyumanganye+ kuri bose. 15 Murabe ntihagire uwishura uwundi ikibi ku kindi+, ahubwo mwame mukurikirana iciza ku bijanye na bagenzi banyu no ku bandi bose+.

16 Mwame munezerwa+. 17 Musenge ubudahengeshanya+. 18 Mukenguruke muri vyose+. Kuko ukwo ari kwo kugomba kw’Imana mu bumwe na Kristu Yezu ku biberekeye. 19 Ntimuzimye umuriro w’impwemu+. 20 Ntimukengere ivy’ukuvuga ubuhanuzi+. 21 Mwiyemeze neza ibintu vyose+; mugumye ivyiza+. 22 Mwirinde ubwoko bwose bw’ububisha+.

23 Ya Mana y’amahoro+ ubwayo ibeze rwose+. Impwemu n’ubuzima n’umubiri vyanyu, bene wacu, bizigamwe ata gahonzi muri vyose kandi ata mugayo, mu gihe c’ukuhaba kw’Umukama wacu Yezu Kristu+. 24 Uwubahamagara ni umwizigirwa, kandi azobikora.

25 Bene wacu, mubandanye kudusengera+.

26 Muramukishe bene wacu bose ugusomana kweranda+.

27 Ndabategetse nshimitse biciye ku Mukama yuko iri kete risomerwa bene wacu bose+.

28 Ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Umukama wacu Yezu Kristu bubane namwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika