ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Hari amayinga mirongo irindwi yashingiwe igisata cawe+ be n’igisagara cawe ceranda+, ku bwo kurangiza ibigabitanyo+, no gukuraho igicumuro+, no gutangira impongano* ikosa+, no kuzana ubugororotsi gushika ibihe bitagira urugero+, no gushira ikidodo+ kw’iyerekwa no ku muhanuzi, no kurobanuza amavuta* Aheranda h’Aheranda+.

  • Abaheburayo 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ahandiho, yobwirijwe kubabara kenshi kuva kw’ishingwa+ ry’isi. Mugabo ubu yariyerekanye+ rimwe+ rizima ku nsozero y’ibihe+ kugira ngo akureho igicumuro biciye ku kimazi ciwe ubwiwe+.

  • 1 Petero 1:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika