Yesaya 30:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ni co gituma Yehova azoguma arindiriye kubagirira ubutoni+, kandi ni co gituma azohaguruka ngo abereke imbabazi+. Kuko Yehova ari Imana y’imanza+. Hahiriwe+ abo bose baguma bamurindiriye+. Habakuki 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa.
18 Ni co gituma Yehova azoguma arindiriye kubagirira ubutoni+, kandi ni co gituma azohaguruka ngo abereke imbabazi+. Kuko Yehova ari Imana y’imanza+. Hahiriwe+ abo bose baguma bamurindiriye+.
3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa.