ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Habakuki 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Habakuki 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 7:7
  • +Yes 21:8; 62:6
  • +Zb 85:8; 2Kr 13:3; Heb 1:1
  • +Yb 23:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2018, rup. 15-16

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 10

    1/2/2000, rup. 18, 20

Habakuki 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 17:14; Gus 27:8
  • +Gus 31:11; Neh 8:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2018, rup. 13-14

Habakuki 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:19; 10:14; Ivk 17:26
  • +Mik 7:7; Yak 5:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2018, rup. 16

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2015, rup. 16-17

    15/12/2006, rup. 17

    1/2/2000, rup. 20

    1/2/2000, rup. 4

    1/12/1998, rup. 14

    1/1/1997, rup. 22-23

Habakuki 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:20; Lk 18:14
  • +Yoh 3:36; Rm 1:17; Gl 3:11; Heb 10:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2018, rup. 16-17

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 21

    1/1/2000, rup. 12-13

Habakuki 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 20:1
  • +2Bm 14:10; Img 21:24
  • +Img 27:20; Ums 5:10
  • +Img 11:2; 16:18
  • +Yes 14:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 10

    1/2/2000, rup. 21-22

Habakuki 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:4; Mik 2:4
  • +Img 22:16; Yak 5:4
  • +Zb 94:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 22

Habakuki 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 29:1; Yr 51:11

Habakuki 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:19; 33:1; Yr 27:7; Zk 2:9
  • +2Ng 36:17; Zb 137:8; Ivh 6:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 22

Habakuki 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:2; Yr 22:13
  • +Zb 49:11; Img 18:11; Ob 4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 22

Habakuki 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:20
  • +Gh 16:38; 1Bm 2:23; Img 8:36; Ezk 18:20

Habakuki 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:10; Yak 5:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 10

    1/2/2000, rup. 22

Habakuki 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:13; Ezk 24:9; Nah 3:1; Ivh 17:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 22-23

Habakuki 2:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 21:30; Yes 50:11; Yr 51:58

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 23

Habakuki 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 72:19; Yes 11:9; Zk 14:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2018, rup. 16-17

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 23

Habakuki 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 11:13; 13:28; Ivh 17:2; 18:3
  • +It 9:22; Ezk 22:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 23-24

Habakuki 2:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 3:19
  • +Zb 75:8; Yes 51:22; Yr 51:57; Ivh 18:6
  • +Ezk 28:10; 32:19
  • +Yr 25:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 23-24

Habakuki 2:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 11:1
  • +Zb 137:8; Img 28:17; Ivh 18:24
  • +Yr 50:28; 51:24

Habakuki 2:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 37:38; 42:17; Yr 2:28; 1Kr 8:4
  • +Yon 2:8; Zk 10:2; Rm 1:21
  • +Zb 115:8; Yes 44:19; 45:20
  • +Yr 10:5; 1Kr 12:2

Habakuki 2:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:7; Yes 37:19; Dn 3:29
  • +Yes 40:19; 46:6; Ivk 17:29; 19:24
  • +Zb 135:17; Yr 10:14; 51:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 24

Habakuki 2:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:4; 115:3; Yes 6:1; Heb 8:2
  • +Zb 76:8; Zf 1:7; Zk 2:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 24-25

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Hab. 2:1Mik 7:7
Hab. 2:1Yes 21:8; 62:6
Hab. 2:1Zb 85:8; 2Kr 13:3; Heb 1:1
Hab. 2:1Yb 23:5
Hab. 2:2Kv 17:14; Gus 27:8
Hab. 2:2Gus 31:11; Neh 8:8
Hab. 2:3Dn 8:19; 10:14; Ivk 17:26
Hab. 2:3Mik 7:7; Yak 5:7
Hab. 2:4Dn 5:20; Lk 18:14
Hab. 2:4Yoh 3:36; Rm 1:17; Gl 3:11; Heb 10:38
Hab. 2:5Img 20:1
Hab. 2:52Bm 14:10; Img 21:24
Hab. 2:5Img 27:20; Ums 5:10
Hab. 2:5Img 11:2; 16:18
Hab. 2:5Yes 14:17
Hab. 2:6Yes 14:4; Mik 2:4
Hab. 2:6Img 22:16; Yak 5:4
Hab. 2:6Zb 94:3
Hab. 2:7Img 29:1; Yr 51:11
Hab. 2:8Yes 13:19; 33:1; Yr 27:7; Zk 2:9
Hab. 2:82Ng 36:17; Zb 137:8; Ivh 6:10
Hab. 2:91Bm 21:2; Yr 22:13
Hab. 2:9Zb 49:11; Img 18:11; Ob 4
Hab. 2:10Yes 14:20
Hab. 2:10Gh 16:38; 1Bm 2:23; Img 8:36; Ezk 18:20
Hab. 2:11It 4:10; Yak 5:4
Hab. 2:12Yr 22:13; Ezk 24:9; Nah 3:1; Ivh 17:6
Hab. 2:13Img 21:30; Yes 50:11; Yr 51:58
Hab. 2:14Zb 72:19; Yes 11:9; Zk 14:9
Hab. 2:152Sm 11:13; 13:28; Ivh 17:2; 18:3
Hab. 2:15It 9:22; Ezk 22:10
Hab. 2:16Fp 3:19
Hab. 2:16Zb 75:8; Yes 51:22; Yr 51:57; Ivh 18:6
Hab. 2:16Ezk 28:10; 32:19
Hab. 2:16Yr 25:28
Hab. 2:17Zk 11:1
Hab. 2:17Zb 137:8; Img 28:17; Ivh 18:24
Hab. 2:17Yr 50:28; 51:24
Hab. 2:18Yes 37:38; 42:17; Yr 2:28; 1Kr 8:4
Hab. 2:18Yon 2:8; Zk 10:2; Rm 1:21
Hab. 2:18Zb 115:8; Yes 44:19; 45:20
Hab. 2:18Yr 10:5; 1Kr 12:2
Hab. 2:19Zb 97:7; Yes 37:19; Dn 3:29
Hab. 2:19Yes 40:19; 46:6; Ivk 17:29; 19:24
Hab. 2:19Zb 135:17; Yr 10:14; 51:17
Hab. 2:20Zb 11:4; 115:3; Yes 6:1; Heb 8:2
Hab. 2:20Zb 76:8; Zf 1:7; Zk 2:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Habakuki 2:1-20

Habakuki

2 Nzoguma mpagaze ku kirindiro canje+, ngume nshibamye ku kibambazi; nzoguma nderetse+ kugira ngo ndabe ico azovuga biciye kuri jewe+ be n’ico nzokwishura ninakangirwa+.

2 Nuko Yehova aranyishura, ati: “Andika ivyo weretswe, ubishire ku bisate mu buryo busomeka neza+, kugira ngo uwubisoma n’ijwi ryumvikana abisome atadidinganya+. 3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa.

4 “Ehe yivyimbije+; ntiyagumye agororotse. Mugabo umugororotsi wewe, azobandanya kubeshwaho n’ubwizigirwa bwiwe+. 5 Egome, kubera ko umuvinyu ari igihemu+, umuntu w’umugabo arishima+; uwaguye icipfuzo ciwe nk’ukuzimu, akaba kandi ameze nk’urupfu, akaba adashobora guhaga+, ntazoshika kw’ihangiro ryiwe+. Aguma yiyegeranirizako amahanga yose yongera yikoranirizako ibisata vy’abantu vyose+. 6 Mbega abo bose ntibazomucako akagani+, bakamuvugako amajambo afobetse, akikiriza? Kandi bizovugwa ngo:

“‘Aragowe uwugwiza ibitari ivyiwe+, akongereza umwenda wiwe! Mbega ivyo bizogeza ryari+? 7 Mbega abagusaba inyungu ntibazohaguruka bukwi na bukwi, n’abakujegeza bakikangura, nawe ukababera koko ikintu co gusahurwa+? 8 Ko wanyaze amahanga menshi, nawe amasigarira yose y’ibisata vy’abantu azokunyaga+, kubera amaraso y’abantu washeshe be n’ubukazi wagiriye isi, n’igisagara n’abakibamwo bose+.

9 “‘Aragowe uwuronderera inzu yiwe inyungu mbi+, kugira ashire icari ciwe iyo hejuru, abone kurokorwa mu vyara vy’icago+! 10 Wateguriye inzu yawe ikintu c’akamaramaza, ukurandurwa kw’ibisata vy’abantu vyinshi+; uriko uracumura+. 11 Kuko ibuye rizoborogera mu ruhome, ikigiga na co kikaryishurira ku gisenge+.

12 “‘Aragowe uwubakisha igisagara ugusesa amaraso, agashimangirisha igisagara ukutagororoka+! 13 Raba! Mbega Yehova nyen’ingabo* si we azotuma ibisata vy’abantu bicumukurira umuriro gusa, n’imiryango y’amahanga yiruhiriza ubusa gusa+? 14 Kuko isi izoba yuzuye ukumenya ubuninahazwa bwa Yehova nk’uko amazi apfuka ikiyaga+.

15 “‘Aragowe uwuha abagenzi biwe ico kunywa acongeyeko ubushangashirwe bwiwe n’ishavu ryiwe, kugira ababoreze+ maze yitegereze ubwambure bwabo+. 16 Uzokwuzura agateterwe aho kwuzura ubuninahazwa+. Nunywe nawe+, uheze ubonwe ko utagenyerewe+. Igikombe co mu kuryo kwa Yehova na wewe kizogushikira+, kandi agaterasoni kazoba ku buninahazwa bwawe; 17 kuko ubukazi bwagiriwe Libani+ ari bwo buzogupfuka, be n’ugukakagurwa kwagiriwe ibikoko, ugutuma bigira ubwoba, kubera amaraso y’abantu washeshe be n’ubukazi wagiriye isi+, n’igisagara n’abakibamwo bose+. 18 Mbega igishusho c’ikibazano kimaze iki+, ngo uwagihinguye abe yarakibāje, canke igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe, n’umwigisha w’ibinyoma+, ngo uwagihinguye abe acizigira+, gushika aho akora imana ata co zimaze, z’ibiragi+?

19 “‘Aragowe uwubwira ikigegene c’igiti ngo: “Ikangure!”, akabwira ibuye ry’ikiragi ngo: “Vyuka! Ubwaryo rizotanga inyigisho+”! Ehe rikuyengejeko inzahabu n’ifeza+, kandi nta mpemu na nkeyi ziri muri ryo+. 20 Mugabo Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+. Cereza imbere yiwe, wa si yose+!’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika