Abaheburayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Emwe hisunzwe amategeko, ibintu nka vyose birahumanuzwa amaraso+, kandi hadasheshwe amaraso nta kubabarirwa kuhaba+.
22 Emwe hisunzwe amategeko, ibintu nka vyose birahumanuzwa amaraso+, kandi hadasheshwe amaraso nta kubabarirwa kuhaba+.