Kuvayo 32:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ushaka Abanyamisiri birirwe baravuga ngo: “Bwa bundi yabakuye ino kugira abagirire nabi. Yashaka kubicira mu misozi kugira abazimanganye kw’isi+.” Ndakwinginze utsinde ishavu, uhindure* ingingo wafashe yo guteza ivyago abantu bawe. Ezekiyeli 20:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mugabo nagize ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe imbere y’amahanga bari babayemwo+, kuko nimenyekanishije kuri bo* imbere y’ayo mahanga igihe nabakura* mu gihugu ca Misiri+.
12 Ushaka Abanyamisiri birirwe baravuga ngo: “Bwa bundi yabakuye ino kugira abagirire nabi. Yashaka kubicira mu misozi kugira abazimanganye kw’isi+.” Ndakwinginze utsinde ishavu, uhindure* ingingo wafashe yo guteza ivyago abantu bawe.
9 Mugabo nagize ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe imbere y’amahanga bari babayemwo+, kuko nimenyekanishije kuri bo* imbere y’ayo mahanga igihe nabakura* mu gihugu ca Misiri+.