ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Abanyakanani n’abandi bose baba mu gihugu nibavyumva, bazodukikuza baduhonye ku buryo n’izina ryacu rizimangana kw’isi. Uzokora iki none kugira urwanire izina ryawe rihambaye+?»

  • Zaburi 23:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Arangarurira agatege+.

      Ancisha mu nzira y’ubugororotsi ku bw’izina ryiwe+.

  • Zaburi 106:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ariko Imana yarabakijije kubera izina ryayo+,

      kugira ububasha bwayo bumenyekane+.

  • Yeremiya 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ku bw’izina ryawe ntudute+.

      Ntusuzugure intebe yawe y’ubwami ininahaye.

      Niwibuke isezerano wagiranye natwe, nturirengeko+.

  • Ezekiyeli 20:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Nagize ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe imbere y’amahanga yabonye ingene nabakuye* mu Misiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika