Zaburi 73:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko nagirira ishari abantu bishima,igihe mbonye amahoro ababisha bifitiye+. Zaburi 73:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Bavuga ngo: «Mbega Imana yobimenya gute+? Musumbavyose hari ico azi vy’ukuri?» Zaburi 94:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mbega ababisha bazogeza ryari ga Yehova,bazogeza ryari kwishira hejuru+? Zaburi 94:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Bavuga ngo: «Yehova* nta vyo abona+.Imana ya Yakobo nta vyo inezwe+.» Ezekiyeli 8:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Maze ambwira ati: «Mwana w’umuntu, mbega wabonye ivyo abashingantahe bo muri Isirayeli bariko barakorera mu mwiza, umwe wese ari mu vyumba vy’indani birimwo ibigirwamana vyiwe*? Kuko bavuga ngo: “Yehova ntatubona. Yehova yarahevye igihugu+.”» Ezekiyeli 9:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nuko ambwira ati: «Ikosa ry’Abisirayeli n’abo mu Buyuda rirakomeye cane rwose+. Igihugu cuzuye amaraso+, n’igisagara cuzuye akarenganyo+, kuko bavuga ngo: “Yehova yarahevye igihugu. Yehova ntabona+.”
12 Maze ambwira ati: «Mwana w’umuntu, mbega wabonye ivyo abashingantahe bo muri Isirayeli bariko barakorera mu mwiza, umwe wese ari mu vyumba vy’indani birimwo ibigirwamana vyiwe*? Kuko bavuga ngo: “Yehova ntatubona. Yehova yarahevye igihugu+.”»
9 Nuko ambwira ati: «Ikosa ry’Abisirayeli n’abo mu Buyuda rirakomeye cane rwose+. Igihugu cuzuye amaraso+, n’igisagara cuzuye akarenganyo+, kuko bavuga ngo: “Yehova yarahevye igihugu. Yehova ntabona+.”