Zaburi 10:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Kubera ubwibone bwiwe, umubisha ntarondera kumenya Imana.Aguma yibwira ati: «Nta Mana iriho+.» Zaburi 10:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mu mutima wiwe yibwira ati: «Imana yaravyibagiye+. Yarahindukiye yirabira hirya. Nta na kimwe yigera ibona+.» Zaburi 73:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko nagirira ishari abantu bishima,igihe mbonye amahoro ababisha bifitiye+. Zaburi 73:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Bavuga ngo: «Mbega Imana yobimenya gute+? Musumbavyose hari ico azi vy’ukuri?» Yesaya 29:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Baragowe abaca ku biti no ku mabuye kugira bahishe imigambi* yabo Yehova+. Ivyo bakora babikorera ahantu h’umwiza,bakavuga bati: «Ugira hari uwutubona? Hari uwuzi ivyacu+?»
11 Mu mutima wiwe yibwira ati: «Imana yaravyibagiye+. Yarahindukiye yirabira hirya. Nta na kimwe yigera ibona+.»
15 Baragowe abaca ku biti no ku mabuye kugira bahishe imigambi* yabo Yehova+. Ivyo bakora babikorera ahantu h’umwiza,bakavuga bati: «Ugira hari uwutubona? Hari uwuzi ivyacu+?»