ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 18:21, 22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ariko uzotore abagabo babishoboye+, batinya Imana, b’abizigirwa kandi banka itunga ribi+ maze ubagire abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi+. 22 Bazoza baratunganiriza abantu igihe havyutse imanza*. Imanza zigoye bazozikuzanira+, na bo baze baraca izoroshe. Niwiremurure, ureke bagufashe kwikorera umutwaro+.

  • Zaburi 82:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 «Navuze nti: “Muri imana*+,

      mwese muri abana b’Imana Musumbavyose.

  • Yohani 10:34, 35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Yezu abishura ati: «None ntivyanditswe mu mategeko yanyu ngo: “Navuze nti: ‘Muri imana*+’”? 35 Nimba yise “imana+” abo ijambo ry’Imana ryerekanye ko bakwiriye guhanwa (kandi icanditswe kikaba kidashobora guhindurwa ubusa),

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika