ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Ngira ntangaze ingingo ya Yehova.

      Yambwiye ati: «Uri umwana wanje+.

      Uyu musi ncitse so wawe+.

  • Yesaya 42:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Ehe umusavyi wanje+ nshigikiye!

      Ng’uyu uwo nitoreye+, uwo nashimye+!

      Namushizemwo impwemu yanje+.

      Azozanira amahanga ubutungane+.

  • Matayo 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Vyongeye, humvikana ijwi rivuye mw’ijuru+, rivuga riti: «Uyu ni Umwana wanje+ nkunda cane, uwo nashimye+.»

  • 2 Petero 1:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Imana ari yo Data yaramuhaye iteka n’ubuninahazwa, igihe Imana yo soko ry’ubuninahazwa bw’agatangaza yamubwira aya majambo ngo: «Uyu ni Umwana wanje nkunda cane, uwo jewe nashimye+.» 18 Emwe, ayo majambo twarayumvise ava mw’ijuru igihe twari kumwe na we kuri wa musozi mweranda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika