Yesaya 40:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Hari ijwi ry’umuntu mu bugaragwa asemerera ati: «Nimutunganye* inzira ya Yehova+! Nimucire Imana yacu ibarabara rikuru*+ kandi rigororotse mu bugaragwa+. Malaki 4:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ehe ndabarungikiye umuhanuzi Eliya+ imbere y’uko wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova ushika+. 6 Azogarukana umutima wa ba sebibondo ku bana+, n’umutima w’abana kuri ba se, kugira ngo simpave nza gutera isi nkayitikiza.» Matayo 11:13, 14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nkako, ivyanditswe n’abahanuzi hamwe n’amategeko* vyose vyavuze ibizoba gushika kuri Yohani+, 14 kandi nimba mushaka kuvyemera, ni we “Eliya abwirizwa kuza+.” Mariko 9:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Abishura ati: «Eliya koko ategerezwa kubanza kuza, agasubiza ibintu vyose mu buryo+. Kubera iki none Ivyanditswe bivuga ko Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi+ akongera agasuzugurwa+? Luka 1:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Vyongeye, azogendera imbere y’Imana afise impwemu n’ububasha nk’ivya Eliya+, kugira agarukane umutima wa ba sebibondo ku bana+, kugira afashe ibigaba gukorana ubwenge* nk’abagororotsi no kugira ashikirize Yehova* abantu bateguwe neza+.»
3 Hari ijwi ry’umuntu mu bugaragwa asemerera ati: «Nimutunganye* inzira ya Yehova+! Nimucire Imana yacu ibarabara rikuru*+ kandi rigororotse mu bugaragwa+.
5 Ehe ndabarungikiye umuhanuzi Eliya+ imbere y’uko wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova ushika+. 6 Azogarukana umutima wa ba sebibondo ku bana+, n’umutima w’abana kuri ba se, kugira ngo simpave nza gutera isi nkayitikiza.»
13 Nkako, ivyanditswe n’abahanuzi hamwe n’amategeko* vyose vyavuze ibizoba gushika kuri Yohani+, 14 kandi nimba mushaka kuvyemera, ni we “Eliya abwirizwa kuza+.”
12 Abishura ati: «Eliya koko ategerezwa kubanza kuza, agasubiza ibintu vyose mu buryo+. Kubera iki none Ivyanditswe bivuga ko Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi+ akongera agasuzugurwa+?
17 Vyongeye, azogendera imbere y’Imana afise impwemu n’ububasha nk’ivya Eliya+, kugira agarukane umutima wa ba sebibondo ku bana+, kugira afashe ibigaba gukorana ubwenge* nk’abagororotsi no kugira ashikirize Yehova* abantu bateguwe neza+.»