Mariko 12:38, 39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Abandanya kwigisha ati: «Mwiyubare abanditsi bakunda kugenda bambaye amakanzu kandi bagakunda ko abantu babaramutsa mw’isoko+. 39 Bakunda kandi kwicara mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi no mu bibanza vy’iteka ku nzimano*+. Luka 11:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Muragowe mwa Bafarizayo, kuko mukunda kwicara mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi, mugakunda n’uko abantu babaramutsa mw’isoko+! Luka 14:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Hanyuma abonye ingene abatumire bariko bitorera ibibanza vy’iteka+, aca abaha ikigereranyo ati: Luka 14:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ariko nibagutumira, uragenda wiyicarire mu kibanza c’inyuma y’ibindi vyose, kugira ngo uwagutumiye niyaza akubwire ati: “Mugenzi, igira hariya imbere.” Uzoheza ugire iteka imbere y’abandi batumire bose+. Luka 20:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 «Mwiyubare abanditsi bakunda kugenda bambaye amakanzu, bagakunda ko abantu babaramutsa mw’isoko. Bakunda kandi kwicara mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi no mu bibanza vy’iteka ku nzimano*+,
38 Abandanya kwigisha ati: «Mwiyubare abanditsi bakunda kugenda bambaye amakanzu kandi bagakunda ko abantu babaramutsa mw’isoko+. 39 Bakunda kandi kwicara mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi no mu bibanza vy’iteka ku nzimano*+.
43 Muragowe mwa Bafarizayo, kuko mukunda kwicara mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi, mugakunda n’uko abantu babaramutsa mw’isoko+!
10 Ariko nibagutumira, uragenda wiyicarire mu kibanza c’inyuma y’ibindi vyose, kugira ngo uwagutumiye niyaza akubwire ati: “Mugenzi, igira hariya imbere.” Uzoheza ugire iteka imbere y’abandi batumire bose+.
46 «Mwiyubare abanditsi bakunda kugenda bambaye amakanzu, bagakunda ko abantu babaramutsa mw’isoko. Bakunda kandi kwicara mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi no mu bibanza vy’iteka ku nzimano*+,