Matayo 23:6, 7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Bakunda kwicara mu bibanza vy’iteka ku nzimano* no mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi+. 7 Bakunda kandi ko abantu babaramutsa mw’isoko be n’uko babita Rabi*.
6 Bakunda kwicara mu bibanza vy’iteka ku nzimano* no mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi+. 7 Bakunda kandi ko abantu babaramutsa mw’isoko be n’uko babita Rabi*.