-
Luka 11:49-51Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
49 Ku bw’ivyo, Imana ikoresheje ubukerebutsi bwayo yavuze iti: “Nzobarungikira abahanuzi n’intumwa, kandi bazokwica bamwe muri bo bongere babahame, 50 kugira ngo amaraso y’abahanuzi bose yasheshwe kuva kw’ishingwa ry’isi azoje ku gatwe* k’uru runganwe+, 51 kuva ku maraso ya Abeli+ gushika ku maraso ya Zakariya, umwe yicirwa hagati y’igicaniro n’urusengero*+.” Emwe ndabibabwiye, azoja ku gatwe* k’uru runganwe.
-