Luka 13:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Yeruzalemu, Yeruzalemu, wewe wica abahanuzi kandi ukicisha amabuye abagutumweko+! Ni kangahe nashatse kwegeranya abana bawe nka kurya inkokokazi yegeraniriza imiswi yayo munsi y’amababa yayo? Ariko mwaravyanse+. Luka 19:41, 42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Ashitse hafi y’i Yeruzalemu, abona ico gisagara maze arakiririra+, 42 avuga ati: «Ese iyo wewe ubwawe uza gutahura ibijanye n’amahoro uyu musi! Ariko noneho vyarahishijwe amaso yawe+.
34 Yeruzalemu, Yeruzalemu, wewe wica abahanuzi kandi ukicisha amabuye abagutumweko+! Ni kangahe nashatse kwegeranya abana bawe nka kurya inkokokazi yegeraniriza imiswi yayo munsi y’amababa yayo? Ariko mwaravyanse+.
41 Ashitse hafi y’i Yeruzalemu, abona ico gisagara maze arakiririra+, 42 avuga ati: «Ese iyo wewe ubwawe uza gutahura ibijanye n’amahoro uyu musi! Ariko noneho vyarahishijwe amaso yawe+.