Matayo 23:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Yeruzalemu, Yeruzalemu, wewe wica abahanuzi kandi ukicisha amabuye abagutumweko+! Ni kangahe nashatse kwegeranya abana bawe nka kurya inkokokazi yegeraniriza imiswi yayo munsi y’amababa yayo? Ariko mwaravyanse+.
37 Yeruzalemu, Yeruzalemu, wewe wica abahanuzi kandi ukicisha amabuye abagutumweko+! Ni kangahe nashatse kwegeranya abana bawe nka kurya inkokokazi yegeraniriza imiswi yayo munsi y’amababa yayo? Ariko mwaravyanse+.