Mariko 8:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Aca afata ukuboko uwo mugabo, amujana inyuma y’ikigwati. Amaze gushira* amate ku maso yiwe+, aca amurambikako ibiganza, amubaza ati: «Hari ico ubona?» Yohani 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ahejeje kuvuga ivyo, acira hasi maze akora utwondo n’amate, hanyuma adusiga ku maso y’uwo muntu+,
23 Aca afata ukuboko uwo mugabo, amujana inyuma y’ikigwati. Amaze gushira* amate ku maso yiwe+, aca amurambikako ibiganza, amubaza ati: «Hari ico ubona?»