ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 7:32, 33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Ari ng’aho, bamuzanira umugabo atumva kandi atavuga neza+, baramwinginga ngo amurambikeko ibiganza. 33 Aca amujana ahantu hiherereye, hirya y’isinzi ry’abantu. Araheza akoza intoke ziwe mu matwi y’uwo mugabo, azicirako amate, aca amukora ku rurimi+.

  • Yohani 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ariko ararengana, abona umugabo yavutse ari impumyi.

  • Yohani 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Ahejeje kuvuga ivyo, acira hasi maze akora utwondo n’amate, hanyuma adusiga ku maso y’uwo muntu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika