Matayo 19:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Hanyuma bamuzanira abana batoyi ngo abarambikeko ibiganza yongere abasengere, ariko abigishwa biwe barabakankamira+. Luka 18:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Hanyuma abantu bamuzanira abana babo batoyi ngo abakoreko. Ariko abigishwa biwe babibonye, batangura kubakankamira+.
13 Hanyuma bamuzanira abana batoyi ngo abarambikeko ibiganza yongere abasengere, ariko abigishwa biwe barabakankamira+.
15 Hanyuma abantu bamuzanira abana babo batoyi ngo abakoreko. Ariko abigishwa biwe babibonye, batangura kubakankamira+.