-
Gusubira mu vyagezwe 5:13, 14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Uzokora ibikorwa vyawe vyose mu misi itandatu+, 14 mugabo umusi ugira indwi ni isabato ya Yehova Imana yawe+. Ntuze ukore igikorwa na kimwe+, yaba wewe, umuhungu wawe, umukobwa wawe, umushumba wawe w’umugabo canke w’umugore, impfizi yawe, indogobwa yawe, igitungwa cawe ico ari co cose canke kavamahanga aba mu bisagara* vyawe+, kugira umushumba wawe w’umugabo canke w’umugore aruhuke cokimwe nawe+.
-