ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 11:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Umwe muri bo yitwa Agabo+. Nuko arahaguruka, amenyesha biciye ku mpwemu yuko inzara ikomeye yari igiye gutera kw’isi yose+, kandi yarateye mu gihe ca Kolode.

  • Ivyakozwe 21:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Mugabo tuhamaze imisi itari mike, umuhanuzi yitwa Agabo+ amanuka avuye i Yudaya. 11 Aza aho turi, afata umukaba wa Pawulo, yiboha amaguru n’amaboko, avuga ati: «Impwemu nyeranda ivuze iti: “Umugabo nyene uyu mukaba, uku ni ko Abayuda bazomuboha i Yeruzalemu+, bamushikirize abanyamahanga+.”»

  • 1 Timoteyo 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Ariko ijambo ryahumetswe* rivuga ritomora yuko mu bihe bizoza hari abazota ukwizera kubera bashira umutima ku majambo y’amahumekano azimiza*+ no ku nyigisho z’amadayimoni.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika