Ivyakozwe 13:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Bageze i Salami batangura kumenyekanisha ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari kumwe kandi na Yohani yabafasha udukorwa+. Ivyakozwe 15:37, 38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Barunaba yipfuza cane ko Yohani yitwa kandi Mariko, na we nyene bojana+. 38 Mugabo Pawulo ntiyashaka ko bojana kubera ko yari yarabasize i Pamfiliya, ntiyabandanya gukorana na bo+.
5 Bageze i Salami batangura kumenyekanisha ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari kumwe kandi na Yohani yabafasha udukorwa+.
37 Barunaba yipfuza cane ko Yohani yitwa kandi Mariko, na we nyene bojana+. 38 Mugabo Pawulo ntiyashaka ko bojana kubera ko yari yarabasize i Pamfiliya, ntiyabandanya gukorana na bo+.