Ivyakozwe 12:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nayo Barunaba+ na Sawuli bamaze kurangura neza igikorwa co gutanga imfashanyo i Yeruzalemu+, basubira inyuma bahitana Yohani+, wa wundi yitwa kandi Mariko.
25 Nayo Barunaba+ na Sawuli bamaze kurangura neza igikorwa co gutanga imfashanyo i Yeruzalemu+, basubira inyuma bahitana Yohani+, wa wundi yitwa kandi Mariko.