ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 6:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Mbega ntimuzi ko abakora ibitagororotse batazotorana Ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe*: abasambanyi*+, abasenga ibigirwamana+, abarenga ibigo+, abagabo baryamana n’abandi bagabo*+, 10 ibisuma, abanyamunoho+, imborerwa+, abatukana, abambuzi ntibazotorana Ubwami bw’Imana+.

  • Abakolosayi 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Nimwice rero ibihimba vy’umubiri wanyu+ biri kw’isi ku bijanye n’ubusambanyi*, ubuhumane, ukwirekerana mu vy’inambu y’umubiri+, ivyipfuzo bibi n’umwina, na wo akaba ari ugusenga ibigirwamana.

  • 1 Abatesalonika 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Ico Imana igomba ni uko muba beranda+, mukirinda ubusambanyi*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika