ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 9:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 hanyuma arafungura, aronka inguvu.

      Amarana imisi n’abigishwa i Damasiko+, 20 ubwo nyene aca atangura kwamamaza ivyerekeye Yezu mu masinagogi, atangaza ko Yezu ari Umwana w’Imana.

  • Ivyakozwe 13:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Maze Pawulo na bagenziwe burira ubwato bava i Pafo bashika i Peruga mu ntara ya Pamfiliya. Mugabo Yohani+ abasigayo asubira i Yeruzalemu+. 14 Ariko bo bava i Peruga baja i Antiyokiya mu karere ka Pisidiya. Hanyuma binjira mw’isinagogi+ ku musi w’isabato, baricara.

  • Ivyakozwe 14:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Maze aho muri Ikoniyo Pawulo na Barunaba binjira mw’isinagogi y’Abayuda. Nuko bavuga ijambo ry’Imana ku buryo Abayuda n’Abagiriki* benshi cane bizera.

  • Ivyakozwe 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Yama ashikiriza ijambo* mw’isinagogi+ buri sabato+, agatuma Abayuda n’Abagiriki banyurwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika