Ivyakozwe 16:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko Pawulo ashika i Derube, hanyuma aja i Lusitira+. Hariyo umwigishwa yitwa Timoteyo+. Nyina yari Umuyudakazi yizera, mugabo se akaba yari Umugiriki. 2 Yavugwa neza n’abavukanyi b’i Lusitira no muri Ikoniyo. 1 Abatesalonika 3:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 maze tukabarungikira Timoteyo+, umuvukanyi wacu akaba n’umusuku w’Imana* mu bijanye n’inkuru nziza yerekeye Kristu. Twamurungitse kugira ngo abafashe gushikama* yongere abahoze mu bijanye n’ukwizera kwanyu,
16 Nuko Pawulo ashika i Derube, hanyuma aja i Lusitira+. Hariyo umwigishwa yitwa Timoteyo+. Nyina yari Umuyudakazi yizera, mugabo se akaba yari Umugiriki. 2 Yavugwa neza n’abavukanyi b’i Lusitira no muri Ikoniyo.
2 maze tukabarungikira Timoteyo+, umuvukanyi wacu akaba n’umusuku w’Imana* mu bijanye n’inkuru nziza yerekeye Kristu. Twamurungitse kugira ngo abafashe gushikama* yongere abahoze mu bijanye n’ukwizera kwanyu,