ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 96:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 imbere ya Yehova, kuko agira aze*.

      Agira aze gucira urubanza isi.

      Azocira urubanza isi mu bugororotsi+,

      acire urubanza abantu mu bwizigirwa+.

  • Zaburi 98:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 imbere ya Yehova, kuko agira aze* gucira imanza isi.

      Azocira imanza isi mu bugororotsi+,

      acire imanza amahanga mu butungane+.

  • Yohani 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Kuko Se ata n’umwe acira urubanza, ahubwo ivyo guca imanza vyose yabishize mu minwe y’Umwana+,

  • Ivyakozwe 10:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Kandi yadutegetse kubwira abantu inkuru nziza no gushinga intahe bimwe bishitse*+ yuko ari we Imana yagenye ngo abe umucamanza w’abazima n’abapfuye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika