18 Kuko muzi yuko ubuzima ata co bumaze mwarazwe na ba sogokuruza banyu mwabukuwemwo+ bidaciye ku bintu vyononekara, nk’ifeza canke inzahabu. 19 Ahubwo mwabukuwemwo biciye ku maraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagira akanenge canke agatosi+, ni ukuvuga amaraso ya Kristu+.