Matayo 26:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Atora n’igikombe, arakenguruka hanyuma arakibaha, avuga ati: «Nimukinyweko mwese+, Mariko 14:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Atora n’igikombe, arakenguruka hanyuma arakibaha, bakinywako bose+. 1 Abakorinto 10:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Igikombe c’umuhezagiro, kimwe dushimira Imana*, mbega ntigisobanura ugusangira amaraso ya Kristu+? Umukate tumanyura, mbega ntusobanura ugusangira umubiri wa Kristu+?
16 Igikombe c’umuhezagiro, kimwe dushimira Imana*, mbega ntigisobanura ugusangira amaraso ya Kristu+? Umukate tumanyura, mbega ntusobanura ugusangira umubiri wa Kristu+?