ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 118:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ibuye abubatsi bataye

      ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+.

  • Yesaya 28:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ni co gituma Umukama Segaba Yehova avuze ati:

      «Ehe ndiko nshinga i Siyoni ibuye ry’umushinge, ibuye ryagejejwe+.

      Ndiko ndahashinga ibuye rigumya imfuruka+ ry’agaciro ngo ribe umushinge ukomeye+.

      Nta wizera azota umutwe+.

  • Matayo 21:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Yezu ababwira ati: «Mbega ntimwigeze musoma mu Vyanditswe ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”

  • Abanyefeso 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 kandi mwubatswe ku mushinge w’intumwa n’abahanuzi+, Kristu Yezu ubwiwe akaba ari ibuye ry’umushinge rigumya imfuruka+.

  • 1 Petero 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Kuko Icanditswe kivuga ngo: «Ehe ndiko nshinga i Siyoni ibuye ryatowe, ibuye ry’umushinge ry’agaciro rigumya imfuruka, kandi nta wuryizera azokwigera ateterwa*+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika