-
Abakolosayi 2:12, 13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Mwahambanywe na we mw’ibatisimu yiwe+, kandi kubera ubucuti mufitaniye na we mwaranazuranywe+ biciye ku kuba mwizera ibikorwa vy’ububasha Imana ikora, imwe yamuzura mu bapfuye+.
13 Vyongeye, Imana yarabagize bazima hamwe na we, mwebwe mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu no mu kutagenyerwa kw’umubiri wanyu+. Yaratubabariye n’umutima mwiza amakosa yacu yose+,
-