ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 6:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Yemwe bashumba, nimugamburukire ba shobuja+ bo kw’isi* nk’abagamburukira Kristu, mutinya kandi mujugumira, ata buryarya mufise mu mitima yanyu. 6 Ntimubigire igihe gusa babareretse, kugira gusa mushimishe abantu*+, ahubwo mubigire nk’abashumba ba Kristu, mukora ivyo Imana igomba n’umutima wanyu wose+.

  • Tito 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Abashumba nibayobokere ba shebuja muri vyose+, barondere kubashimisha, batavuga ngo na bo bavuge.

  • 1 Petero 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Abasuku nibayobokere ba shebuja babigiranye icubahiro babereye+. Ntibabigire gusa ku bameze neza kandi batarenza urugero, ariko babigire no ku bagoye gushimisha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika