1 Abakorinto 11:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Bahejeje kwihereza imfungurwa*, abigenza gutyo nyene no ku gikombe+. Avuga ati: «Iki gikombe kigereranya isezerano rishasha+ rizokwemezwa n’amaraso yanje+. Muragume mugira ibi igihe cose muzokinywako, mu kunyibuka+.»
25 Bahejeje kwihereza imfungurwa*, abigenza gutyo nyene no ku gikombe+. Avuga ati: «Iki gikombe kigereranya isezerano rishasha+ rizokwemezwa n’amaraso yanje+. Muragume mugira ibi igihe cose muzokinywako, mu kunyibuka+.»