8 Kuko yerekana ko abantu bafise amahinyu igihe ivuga iti: «Yehova* avuze ati: “Mu misi iri imbere, nzogirana isezerano rishasha n’Abisirayeli be n’abo mu Buyuda.
15 Ni co gituma ari umuhuza w’isezerano rishasha+, kugira ngo abahamagawe baronke wa muhango w’intoranwa yamaho, kubera ko yapfuye ngo biciye ku ncungu+ babohorwe ibicumuro bakoze mu gihe c’isezerano rya kera+.