ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 22:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Bahejeje kwihereza imfungurwa*, abigenza gutyo nyene no ku gikombe. Avuga ati: «Iki gikombe kigereranya isezerano rishasha+ rizokwemezwa n’amaraso yanje+, agiye guseswa ku bwanyu+.

  • 1 Timoteyo 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Kuko hari Imana imwe+, n’umuhuza umwe+ hagati y’Imana n’abantu+, akaba ari umuntu, ni ukuvuga Kristu Yezu+,

  • Abaheburayo 12:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ahubwo mwegereye umusozi Siyoni+ n’igisagara c’Imana nzima, ni ukuvuga Yeruzalemu yo mw’ijuru+, n’abamarayika ibihumbi n’ibihumbi*

  • Abaheburayo 12:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 mwegera na Yezu umuhuza+ w’isezerano rishasha+, n’amaraso yamijagiwe, avuga mu buryo bwiza kuruta aya Abeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika