Abaheburayo 8:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo ubu Yezu yaronse igikorwa* kirushirije kuba ciza cane, kubera ari n’umuhuza+ w’isezerano ryiza kuruta+ ryashinzwe mu buryo bwemewe hishimikijwe imihango myiza kuruta+. Abaheburayo 9:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ni co gituma ari umuhuza w’isezerano rishasha+, kugira ngo abahamagawe baronke wa muhango w’intoranwa yamaho, kubera ko yapfuye ngo biciye ku ncungu+ babohorwe ibicumuro bakoze mu gihe c’isezerano rya kera+.
6 Mugabo ubu Yezu yaronse igikorwa* kirushirije kuba ciza cane, kubera ari n’umuhuza+ w’isezerano ryiza kuruta+ ryashinzwe mu buryo bwemewe hishimikijwe imihango myiza kuruta+.
15 Ni co gituma ari umuhuza w’isezerano rishasha+, kugira ngo abahamagawe baronke wa muhango w’intoranwa yamaho, kubera ko yapfuye ngo biciye ku ncungu+ babohorwe ibicumuro bakoze mu gihe c’isezerano rya kera+.