Zaburi 110:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yehova yararahiye, kandi ntazokwivuguruza*. Yavuze ati: «Uri umuherezi ibihe vyose+mu buryo bwa Melekisedeki+!» Abaroma 8:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa. Turi ba samuragwa b’Imana koko, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana na we+ kugira ngo kandi tuninahazwe hamwe na we+.
4 Yehova yararahiye, kandi ntazokwivuguruza*. Yavuze ati: «Uri umuherezi ibihe vyose+mu buryo bwa Melekisedeki+!»
17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa. Turi ba samuragwa b’Imana koko, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana na we+ kugira ngo kandi tuninahazwe hamwe na we+.